Credo

You might also like

Download as doc, pdf, or txt
Download as doc, pdf, or txt
You are on page 1of 1

Ukugaragaza Ukwemera : NDEMEYE

Nemera Imana imwe rudende,


Data Mushobora vyose , yaremye ijuru nisi, ibiboneka n ibitaboneka
Nemera kandi Umukama umwe Yezu !ristu, Umwana wikinege wImana, yavyawe na
Data ata myaka iravugwa
Ni Imana iva ku Mana, ni umu"o uva ku mu"o, ni Imana yukuri iva ku Manna y
ukuri # yaravyawe , ntiyaremwe, asangiye kamere na $e: vyose vyaremewe kuri %e
Yavuye mw ijuru kubwatwebwe abantu kugira ngo adukize
Yihaye umubiri mu nda ya &ikira Mariya kubwa Mutima Mweranda, yigira umuntu
Yongera abambwa ku musaraba ku bwa"u, kuri 'onsiyo 'i(ato# arababara arahambwa,
araheza azuka ku musi ugira gatatu, nkuko vyari vyaranditswe, hanyuma yurira
mwijuru, yi"ara iburyo bwa $e

!andi azogaruka n ubuninahazwa, aje gu"ira urubanza abazima n aba)*uye, ingoma
yiwe ntizoba igihera

Nemera kandi Mutima Mweranda, Umukama ari we soko ry ubuzima: akomoka kuri
Data na Mwana+uramusenga kandi tukamuninahaza nkuko tubigirira Data na Mwana:
niwe yavugiye mu bahanuzi
Nemera kandi Ek(eziya imwe, nyeranda, gato(ika kandi ishingiye ku batumwa
Nemera ko ibatisimu ikura ibi"umuro ari imwe nsa
Ndorereye izuka ry aba)*uye n ubuzima buzokurikira
,men
&ujumbura, -. Munyonyo /-0/
,be)isko)i 1ato(ika b i &urundi

You might also like