Professional Documents
Culture Documents
Power of Destiny
Power of Destiny
Ni ibihe binezereje !!
BIBAVAKO!!
• But HOW Russell??
(how can we be the leaders and not the Losers)
• Suddenly there was not just "ONE WAY" anymore. America was filled with many lifestyles, choices and options !! Tired of Wars
and Rules and the Dead religion of their Parents the hearts of many of the youth started Crying out for new answers in life.
• Nti hari hikiriho uburyo bumwe bwo kubaho. Amerika yaciye yuzura
uburyo bwinshi bwo kubaho n'amahitamwo atandukanye. Bivanye n'ibihe
vy'intambara, amategeko aremereye n'amashengero ya ba sekuruza,
imitima y'urwaruka yaciye yirukira kwishakira umuti w'izo ngorane.
• This hunger lead to what is now known as the 1960'sCultural Revolution were millions in USA through of the
shackles of Christian morality and started experimenting with free Love, sex, drugs, rock n roll and live how you
want to live.
Ivyo vyipfuzo vyavyaye iciswe ukwikukira kwo mu 1960 aho
amamiliyoni y'abantu muri Amerika baciye badukana ivy'ubusambanyi,
ibiyovyabwenge, umuziki witwa roki,umwe wese akabaho uko
yishakiye.
• Believing it would usher in a new era of Peace, Love, and Harmony for all mankind many were shocked when
instead it ushered in a new age of Crime, Sexual Deseases, Drug and Alcohol Addictions, Prostitution, Sex
Trafficking, Drug Wars, Abortions, Mental Illness, Depression,Broken Families, Poverty and National Debt.
Bizera ko bizozana amahoro, urukundo n'umwumvikano mu bantu.
Ariko benshi barababajwe no kubona icavuyemwo ari indwara zifatira
mu bihimba vy'irondoka, ibiyovyabwenge vyariyongereye,
ubusambanyi, kudandaza imibiri (ubumaraya), ingwano ziterwa
n'ibiyovyabwenge, gukoroza imbanyi, Indwara zo mu mutwe, ubukene
n'amadeni ya leta.
• But no need to say anymore - I'll let the Movie & Statistics do the talking !!
AGAKINO