Download as doc, pdf, or txt
Download as doc, pdf, or txt
You are on page 1of 8

IVYIGWA NABAGIZE ISHENGERO IGICE CA 1: ICAREMWE GISHA 1. Icaremwe Gisha: Icaremwe Gisha ni nde?

Soma 2 AbI Korinto 5:17 IBIRANGA ICAREMWE GISHA 1. Yavutse ku Mana Yohana 1:12-13;Abaroma 10:9-10 2. Yakijijwe ku buntu Abaroma 5:17 ICEMEZA KO UKIJIJWE: Ikiguha icemezo ko ukijijwe si uko wiyumva, ariko ubimenya biciye:
a. MwIjambo: Abaroma 10:9-10 b. Intahe ya Mpwemu Yera : Abaroma 8:16

Umuntu ni iki? Umuntu ni impwemu.Afise umushaha kandi aba mu mubiri (bisubiremwo kandi ubabwire yuko babwirizwa kubitahura neza cane) soma Abaheburayo 4: 12 Impwemu: Ni wewe wukuri Umushaha: Aho ni ho hari ibigumbagumba vyawe,birya bintu bitanu (kumoterwa, kumva akanovera, gukorakora no kwumva) naho wiyumvirira. Umubiri: Ico tubona i nyuma Impwemu: i. Impwemu yumuntu niyo ikizwa: 2 AbI Korinto 5:17 ii. Ibeshwaho nIjambo ryImana: 1Petero 2:2 Ivyamwa vyimpwemu yumuntu yaremwe gushasha: Iyo uvutse ubwa kabiri ,uba ufise ivyamwa vyimpwemu iri muri wewe. Ntubisengera ngo bize, vyose biri muri wewe.Urafise urukundo,amahoro, umunezero, ukwihangana,kubwivyo ni wature ivyo ufise.Abi Galatiya 5: 22-23.Impwemu yumuntu ni yo yama ivyo vyamwa, ariko si Mpwemu yImana. Aho wiyumvirira: Umuntu ni we nyene ategerezwa kwitwararika kugenzura ivyiyumviro vyiwe. Uguhindurwa kwivyiyumviro: Abaroma 12: 1-3 Bihindurwa nIjambo ryImana Umubiri: (ni umwitwarariko wumuntu kuwugenzura)

Uganze umubiri wawe: AbI Korinto 9:24-27 IGICE CA 2: MPWEMU YERA Mpwemu Yera ni nde? a. Ni Imana yo nyene ubwayo : Itanguriro 1 : 26 b. Ni uwa gatatu muri kamere yImana c. Yitwa Allos Parakletos (Kigiriki) bisigura uwundi Muhumuriza ameze nka we (Yesu) Yohana 14 : 16-20 (Allos gisigura uwundi ameze nka we) Ivyitiranwa indwi vya Mpwemu Yera nkuko yiyerekana ku Mukristo ni ukuvuga Mpwemu ni nde ku Mukristo?
1) Ni Umuhumuriza: Yohana 14:16 2) Ni Umujanama: Yesaya 11:2 3) Ni Umufasha: Abaroma 8: 26 4) Ni Uwukomeza: AbI Filipi 4:13 5) Ni Uwudusengera: Abaroma 8:26 6) Ni Umwigisha: Yohana 16:13

7) Ni Uwama ahari: 2AbI Korinto 12:9-10 Umukristo uwari we wese arashobora kwakira Mpwemu Yera: Ivyakozwe nIntumwa 1:8 Ivyo akora aciye mu mukristo: Ivyakozwe nIntumwa 1:8 Kuvuga mu zindi ndimi nibijanye na vyo: Mariko 16:17 Kwiyubaka: 1AbI Korinto 14:4 Kwubaka ukwizera kwawe: Yuda 20 Guhimbaza Imana Kubwira amabanga Imana : 1AbI Korinto 14:2 Ni kimwe mu bimenyekanisha uwizera:Mariko 16:17

IGICE CA 3: INYIGISHO GIKRISTO Insiguro yinyigisho: Inyigisho ni ico umuntu yiga:1 Timoteyo 4:13 Kuba ushingiye ku kuri:Abanyefeso 4: 14 Inyigisho ngendegwako za Kristo:Abaheburayo 6:1-2 (Hasome neza.Inyigisho ngenderwako ziri muri iyo mirongo)
a) Ukwihana ibikorwa bipfuye: Abaheburayo 9: 12-14

(Areza impwemu yawe /umutima wawe ahanagura ibikorwa bipfuye. Ni amaraso si ibikorwa)
b) Ukwizera kwerekeje ku Mana:2 AbI Korinto 5:7

c) Umubatizo/Baptizo (Umubatizo riva mwijambo ryIkigiriki Baptizo) risigura kwibiza Umubatizo wa Mpwemu : usigura kuvuka ubwa kabiri: 1AbI Korinto 12:13, Abanyefeso 4:4-5 Umubatizo wo mu mazi:Abaroma 6:3-5 (Iki ni icemezo cinyuma cibiri indani) d) Kurambika ibiganza: Ibiganza birambikwa ku bantu kugira ngo: Bakire ugukira indwara : Mariko 16: 18 Buzure Mpwemu Yera: Ivyakozwe nIntumwa 19:6 Buzuzwe ingabire za Mpwemu:1Timoteyo 4:14 Batirwe mu gikorwa cImana: Ivyakozwe nIntumwa 13:1-3
e) Ukuzuka mu bapfuye:Umuntu wese azozuka mu bapfuye, bamwe baje mwijuru abandi

baje muri gihenomu.Yohana 5:28-29, 1Abatesalonika 4:13-16, 1AbI Korinto 15:19 f) Urubanza gwibihe bidashira:
i.

Urubanza gwabakristo kugira bahabwe ingero: Tuzoronka canke ntituronkere ingero ijanye nivyo twakoze mu buzima bwa gikristo. Abaroma 14: 10, 1AbI Korinto 3:11-16 Urubanza ku batizera ni ugucirirwaho iteka: Ivyahishuriwe Yohana 20: 11-15

ii.

Inyigisho zukugororoka:
Ukugororoka ni ubushobozi bwo guhagarara imbere yImana ata caha, ugushirwa hasi

canke kwagirizwa, Ukugororoka ni kamere yImana.

Ni ugutungana kwImana

Igituma Imana itungana. Duhindurwa abagororotsi duhejeje kwakira agakiza. Atari kubwibikorwa ariko kubwo kwizera muri Yesu. Abaheburayo 5: 13-14 Turi ukugororoka kwImana: Abaroma 5: 17, 2Abikorinto 5: 21 Igikorwa: Abaroma 10:1-21(Babwire bige ivyanditse muri iri somo kandi bandike ico batahura, bace babitanga) IMIGISHA YUBUGOROROTSI i. ii. iii. Turarekuriwe kuja imbere yImana: Abanyefeso 2:18, Abanyefeso3:12 Buguha gushira amanga:Imigani 28:1, Abaheburayo 10:19 Buguha amahoro :Yesaya 32 :17 , Abaroma 5 :1 Inyigisho ku vyereke ukwezwa : ukwezwa bisigura gutandukanywa nisi ukaja ku Mana.Twejejwe kirya gihe twavuka ubwa kabiri. Abaheburayo 10 : 10

Inyigisho ku kuba uwera : Ukwera bisigura gushirwa ku ruhande kugira ukoreshwe nImana ,canke ku Mana. Mpwemu Yera mu buzima bwumukristo amugira uwera : 1AbI Korinto 6:19, Abaheburayo 3 :1-6(Umuntu wese yavutse ubwa kabiri arashobora gushirwa ku ruhande kugira akoreshwe nImana) Inyigisho ku vyagezwe :Ntitukiganzwa nivyagezwe,tuganzwa nubuntu.Ivyagezwe vyakuweho nurupfu rwa Yesu. Abaroma 8 :1-3 Inyigisho ku kubohoka :Twarabohowe kuko turi Abakristo bavutse ubwa kabiri.Ntitugikeneye kubohorwa.Abi Kolosayi 1 :12-13

IGICE CA 4: GUKURA KWUMUKRISTO Ugukura kUmukristo ntigushoka kuba gutyo nyene. Kuba haciye imyaka 20 uvutse ubwa kabiri ntibisigura ko uri umukristo akuze mu mpwemu. Imana ishaka abana bayo bakure mu mpwemu kugira ngo bashobore: 1. Kunezerererwa mu vyo barazwe muri Kristo 2. Gukora no kwama ivyamwa mu bikorwa vyImana kandi ukagwiza umwimbu ujanye nubukristo . 3. Gushira Satani mu kibanza abereye Soma AbI Galatiya 4:1-2 IBINTU BINE WOKORA KUGIRA UKURE MU BURYO BWIMPWEMU
A. Kwiga Ijambo ryImana: 2Timoteyo2:15

a. Ibituma woryiga:1Petero 2:2 b. Bikenewe ko uryiga imisi yose: Ivyakozwe nIntumwa 17:11 c. Ibinoboye vyukuri :indongozi ifasha kwiga neza
B. Kugira ubumwe (Kuja mu rusengero, mu vyumba vyamasengesho) a. Akamaro ko kugira ubumwe:Ivyakozwe nintumwa 2:42-47,

Abanyefeso 4:16 b. Kudasiba kuja gusenga: Abaheburayo 10:24-25 c. Kugira uruhara mu bikorerwa mu vyumba vyamasengesho
C. Kuvuga ubutumwa bwiza/ kuzana abantu kuri Yesu Kristo a. Akamaro ko kuzana abantu kuri Yesu Kristo: Abaroma 10:13-15 b. Ni nde abereye kuzana abantu kuri Kristo? Ivyakozwe nintumwa 1:8

c. Ingero yukuzana abantu kuri Yesu Kristo: Daniyeli 12:3 D. Ugusenga a. Akamaro kugusenga:Yakobo 5:16-18 b. Gusenga mu mpwemu (kuvuga mu ndimi): I Abi Korinto 14:2-5 What is reality and truth? Reality is not what you see with your physical eyes.The Word of God is reality.Reality and Truth mean the same thing. Read John17:17

IGICE CA 5: INYIFATO YUMUKRISTO NITERAMBERE

INYIFATO YUMUKRISTO
1. Icagezwe gisha ni urukundo: NkAbakristo tubwirizwa kugendera mu

rukundo,urukundo ni kameremere kacu si ikintu turinda guhitamwo. Yohana 13:3435,Yohana 4: 21


2. Ukwatura kwacu/Uburyo tubaho: NkAbakristo amajambo yacu abwirizwa kuba

ajanye nIjambo ryImana igihe cose, tutaravye ivyo twiyumvamwo.Ubugindo nurupfu biri mu rurimi:Imigani 18:21
3. Kugendera mu kwizera: Ntitubaho ubuzima bwacu twishimikije ivyo tubona

namaso,ariko Ijambo ryImana. Abaheburayo 11:6, II Abi Korinto 4:13-18


4. Amategeko ngenderwako yo mu vyanditse, yerekeye gukora:Umukrtisto wese

ategerezwa gukora. Imana ntiyihanganira ubunebwe.Ntaco bitwaye akazi ukora, nimba ari vyiza kugakora. II AbI Tesalonika 3: 10
5. Gutsinda amakosa: Iyo ukoze icaha, ntuce uhunga Imana canke ishengero,saba

Imana ikigongwe.Uri Umukristo kandi Imana iragukunda. IYohana 1:9-10 AMATEGEKO NGENDERWAKO KU VYEREKEYE ITERAMBERE Iterambere ni iki kandi ni iki bibiliya irivugako? 3Yohana 2 Intumbero yo gutera imbere : Imana ishaka ko utera imbere kugira benshi bakizwe hanyuma bagirire Yesu ikimazi mwisi. Gusubira mu vyagezwe 8 :17-18 IGITUMA UGUTERA IMBERE KWAWE KWAMAHO : Imana yarashizeho amategeko ngenderwako tubwiriza gukwirikiza kugira tuvyure ivyagezwe vyiterambere mu buzima bwacu.Ntaco bitwaye igihugu ubamwo canke uburyo ufise canke udafise ,mu gihe uriko urakura,urashobora kuroranirwa hamwe wobaho wisunze ayo mategeko ngenderwako.
1. Ikigiracumi:Gutanga ikigiracumi cumushara wawe, civyinjira,ivyinyungu, ivyo

wahawe canke ico ari co cose Imana iguhezagije ni mba ukora canke uri umunyeshure.Wibuke ko ikigiracumi atari icawe ,ni icImana.Ibuka ko ikigiracumi kirinda kandi ceza ivyo wakiriye. Malaki 3:10
2. Umushuzo:Umushuzo wawe ni guha Imana ibintu vyawe vya mbere kandi vyagaciro

ka mbere. Akarorero: Umushahara wawe wa mbere, inyungu ya mbere.Umushuzo ukingira isoko ryivyuronka canke inyungu uronka. Kuvayo 22:29, Abaroma 11:16
3. Amashikanwa umuntu yishakiye: Aya ni amashikanwa asanzwe uha Imana igihe

cose uri mwishengero. Luka 6:38


4. Amashikanwa yimbuto (imbuto yukwizera): Aya ni amashikanwa adasanzwe uha

Imana bitewe nikintu kanaka uba wipfuza (II Abi Korinto 9:6-11)

ICIGWA CA 6: ABIZERA BAKUNDA ISI NISHENGERO RYABO 1. Ninde yubaka ishengero?


a. Yesu ni we mwubatsi-Matayo 16-18b b. Na wewe uri umwubatsi Abanyefeso 4:12-14 c. Turi abakorana nImana-1AbI Korinto 3:9-10

2. Igikorwa cUmukristo
a. Igikorwa nyamukuru (guhuza Imana nabantu): Utegerezwa kubwira Ubutumwa

bwagakiza abandi ukongera ukabazana kwishengero (Matayo 28:18-20) b. Birakenewe kumenyerezwa: Utegerezwa kwemera ukamenyerezwa mu nzu yImana Abanyefeso 4:11-16, I Timoteyo 3:15-16, II Timoteyo 2:20
c. Kuba umwizigigwa: Utegerezwa kuba umwizigirwa no kwitanga.Ntugendane nabata-

bika ibanga canke ngo ube uwutabika ibanga 1 Abi Korinto 16: 15 3. Ubukristo ni ubuzima bwicisha bugufi : Hari ubwoko bwubutegetsi butatu
a. Ubutegetsi bwo muhira(mu muryango):Abanyefeso 6:1 b. Ubutegetsi bwo mu ntwaro yaho uba: Abaroma 13: 1-7c

c. Ubutegetsi bwo mwishengero: Abaheburayo 13: 17 4. Imigenderanire ugirirana numurongozi wawe 1 Samuweli 15:22, Guharura 16 (Agakorwa gukorera muhira) 5. Abizera Bakunda isi: Intumbero yabo, Umugambi nico bashaka kurangura.
a. Intumbero yabo:Kujana ubwiza bwImana mu mahanga nabantu vyisi yose no

kwerekana kamere ya Mpwemu Yera.


b. Umugambi: Kubamenyesha no kubazana mwiragi ryabo. c. Ico bashaka kurangura: Gukura hasi urunganwe rwabagabo nabagore bazokwinjira

mwiragi ryabo, tubicishe mu kubigisha Ijambo ryImana kugira ngo bazorangure ivyo Imana ibashakako.
d. Urutonde rwabarongozi: Perezida, abanywanyi nabapastori

6. Ibikorwa biri mwishengero ryabizera bakunda isi


a. Gutanga amafaranaga kugira ibikoresho vya Pasitori Chris bibandanye biboneka b. Gutanga amafaranaga kugira Pasitori Chris Abandanye aja kuri Televiziyo

c. Gufasha mu gukwiragiza Ijambo ryImana biciye muri interenete

d. Ishure ryigisha abagwaye Ijambo ryImana bagaca bacakira ugukira kwabo

e. Love World Christian network f. Gufasha mu kurungika abavugabutumwa mu bindi bihugu 7. Kuba umunywanyi wico gikorwa , urashora kuba umunywanyi ubicishije nayo mashamyi ari hejuru.

You might also like