Professional Documents
Culture Documents
Bikira Mariaya Umuvyeyi W
Bikira Mariaya Umuvyeyi W
Bikira Mariaya Umuvyeyi W
Bene wacu, umwe wese muri twebwe Imana iramufitiye umugambi kandi sekibi naho
yotugerageza ngo uwomugambi nturanguke, Imana irafise inzira nyinshi
yoducishamwo kugirango tuwurangure. Nico gituma kw’ihebura mu buzima ari inzira
sekibi akoresha kugirango atwereke yuko twananiwe, ko ntanakimwe twogishobora
kwikorera. Turavye neza inyifato Umuvyeyi wacu Bikira Maria yari afise ikigihe yariko
arababara n’imbanyi, izoka nayo ikaba irindiriye kurya ikibondo kizakuvuka,
Umuvyeyi yari afise ukwizigira kudasanzwe, ntabwoba yari afise, nico gituma Imana
iciye ku nteko zomwijuru yaje kumutabaza.
1
kwiba hanyuma umwana agakorora, igisuma kirahunga ugasanga gikorose 5è
étage.
Uzorabe neza, ugiye gukora ikintu ukaba uziko atari ciza umutima uratera unyaruka
nkumuntu ariko araduga umusozi. Ubwoba buraruhisha !
Nkuko nabivuze, uwufise ibanga (sécret, canke mission) aba ari umwizigirwa,
umudahemuka, uwushinzwe ubutunzi canke ubuzima bw’uwundi, n’ibindi men’ivyo.
1. Umwizigirwa
Reka nshimikire kumabanga bamwe bamwe muri twebwe tushinzwe. Muri iyi
misi nguma nibaza igituma ingo zitakiramba nkizabavyeyi canke ba sekuru
bacu. Indwara bita dovorce iriko irandukira cane ingo nshasha, sinzi igituma.
Qui cherche la facilité dans la vie se perd facilement ! Kw’ubaka rukristu,
canke kwiheber’Imana yose n’amabanga kandi tuhamagariwe kuyagumya.
Uguma ukanurira amaso ivy’uwundi afise, uzosanga wataye inzira ukasanga
umukurikiye utazi n’iyo aroye. Tukir’abana twarakunda gusangira utuntu
twinshi, umusi umwe turaronka amatunda atatukwiye twese, hanyuma
turasabana yuko twoza turasukira dukeduke mukiganza c’abatafise, ima
rimwe riraca umugenzi hagati y’intoke rimanuka ku nkukora, …. Ukutamenya
agaciro k’ivyo ufise uravyonona. Ingo ziriko zirasambuka ntitzibaze yuko
ingorane ziba zifise abandi batazigira, ariko urupfasoni rurahambaye cane.
Menya ico ufise – mutarabana nuwo murikumwe, mwararonse igihe kikwiye
cukumenyana hanyuma mwaciye muvyemereranirana yuko mugiye kw’ubaka
rukristu, hanyuma ejo canke hirya yejo ngo jewe sindakigushaka. Fiançailles
mwagize yari yugukurikira abndi gusa ? Vyari vyukugira kubera aband
mwakuranye bariko barubaka izabo ? Kuva unomusi, menyako ufise mission !
Mumabanga ufise harimwo iryo ry’ugutunga umuryango. Ico ufise ntigitume
uta inzira. Benshi baronse ifaranga usanga bahinduye n’ingene bahora
babaho. Uyu ntakinkwiye, ejo naho wosanga uwo ufise ntakigukwiye… Mu
gihugu kiwe harabayeho urugo rwisoneye kandi barakundana rwose, umusi
umwe umugore ararwara, arapfa…