Professional Documents
Culture Documents
Sinogenda Ntashimye
Sinogenda Ntashimye
Sinogenda Ntashimye
O ya o ya o ya ye si no ge nda
nta shi mye.
1.Ku be rai te ka u nte ye si no ge nda nta shi mye
Ku be rai vyi za wa mpa ye si no ge nda nta shi mye
2.Wa nzi ga mye ku va ke ra si no ge nda nta shi mye
Ko wa nye re tseu ru ku ndo si no ge nda nta shi mye
3.Ko wa ndu ngi ki ye Ye zu si no ge nda nta shi mye
Ko wa mfu ngu ri yei wa we si no ge nda
nta
shi mye
1.ryo ku ba mu ba na ba we si no ge nda nta shi mye
ka ndi nta ri nda bi kwi ye " " " " " " "
2.gu shi ka ku riu yu mu nsi " " " " " " "
u ru ku ndo rw'u mu vye yi " " " " " " "
3.a ka za ku ba na na nje " " " " " " "
ku me za ya we me ra nda " " " " " Ku ge nda ntashi mye
" "
SINOGENDA NTASHIMYE
UMWANDITSI:batwella@gmail.com,Kabgayi-Rwanda/2018 1
SINOGENDA
NTASHIMYE
nda nta gu shi mi ye
we Ma na wa mpa ye vyo
O ya o ya si no vyu ba hu ka ku ge
ngo mba nshi me we wa
mpa
ye vyo
se n'i vyi za wa ngabi ye bi ra nde nge ye no ne Mana ya
se n'i
vyo
wa
ngi
ri ye
Ma na
nje n'u buu ru hi ri ye. O ya o ya o ya ye si no ge ndantashi
mye.
Inanga,ingoma,amashyi,amazina
n'impundu
ADDENDA
1.Nye nei ki go ngwe Mu vye yi nye neu ru ku ndo mu vye yi
2.Mwa mi w'a ba ntu " " " Ru gi ra vyo se " " "
3.Ga nzai mi rya ngo " " " Ga nzai bi hu gu " " "
4.Ga nza ga nza ga nza ga nza ga nza ga nza ga nza ga nza
5.Bu zi ma bwa cu mu vye yi ma ga ra ya cu mu vye yi
6.Ma ho ro ya cu " " " Mu ki za wa cu " " "
7.Ga nzau Bu ru ndi " " " ga nzai si yo se " "
8.Ga nza ga nza ga nza ga nza ga nza ga nza ga nza ga nza.
Ga nza ga nza ga nza
ga nza
SINOGENDA NTASHIMYE
2 UMWANDITSI:batwella@gmail.com,Kabgayi-Rwanda/2018
SINOGENDA
NTASHIMYE
1.Ku be rai te ka u nte ye si no ge nda nta shi mye
Ko wa nya ki ra nyeu rwe ze " " " " " " "
2.Wa nto ye nta ra na vu ka " " " " " " "
Wa nye re tse yu kou nku nda " " " " " " "
3.Ku be rai vyi za wa mpa ye " " " " " " "
E we mu vye yi mwe ra nda " " " " " " "
1.ryo ku bau mu tu mwa wa we si no ge nda nta shi mye.
n'a ho nta ri nda bi kwi ye " " " " " "
2.u nto ra mu ba ndi be nshi " " " " " " "
nde me ye ku gu ko re ra " " " " " " "
3.ha mwe n'i bi ndi nzo ro nka " " " " " " "
nda kwi ye gu ri ye we se "
" " " "
" "
NB:
Ibitero 1,2,3 vya mbere biterwa mu gukenguruka bisanzwe
Ibitero 1,2,3 vya nyuma biterwa mu gukenguruka ku misi mikuru
Mushatse murashobora kongeraho agace "ADDENDA " mu guheza.
SINOGENDA NTASHIMYE
UMWANDITSI:batwella@gmail.com,Kabgayi-Rwanda/2018 3